1 Yohani 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bo bakomoka mw’isi+; ni co gituma bavuga ibiva mw’isi, kandi isi irabumviriza+.