Luka 6:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Muzoba muhiriwe igihe cose abantu bazoba babanse+, n’igihe cose bazoba babaciye, bakabatuka kandi bakiyamiriza+ izina ryanyu ngo muri babi babahora Umwana w’umuntu. 1 Petero 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera ko mutabandanya kwiruka hamwe na bo muri iyo nzira muja mu rushanga rumwe rw’ubuhumbu+, barazazanirwa bakabandanya kubatuka+.
22 “Muzoba muhiriwe igihe cose abantu bazoba babanse+, n’igihe cose bazoba babaciye, bakabatuka kandi bakiyamiriza+ izina ryanyu ngo muri babi babahora Umwana w’umuntu.
4 Kubera ko mutabandanya kwiruka hamwe na bo muri iyo nzira muja mu rushanga rumwe rw’ubuhumbu+, barazazanirwa bakabandanya kubatuka+.