Yohani 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Iri rero ni ryo shingiro ryo guca urubanza: ni uko umuco+ waje mw’isi+ mugabo abantu bagakunda umwiza aho gukunda umuco+, kuko ibikorwa vyabo vyari bibi. Yohani 12:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Yezu rero ababwira ati: “Umuco uzoba muri mwebwe akandi kanya gatoyi. Nimugende umwanya mugifise umuco, kugira ngo umwiza+ ntubaneshe; kandi uwugendera mu mwiza ntamenya iyo ariko araja+.
19 Iri rero ni ryo shingiro ryo guca urubanza: ni uko umuco+ waje mw’isi+ mugabo abantu bagakunda umwiza aho gukunda umuco+, kuko ibikorwa vyabo vyari bibi.
35 Yezu rero ababwira ati: “Umuco uzoba muri mwebwe akandi kanya gatoyi. Nimugende umwanya mugifise umuco, kugira ngo umwiza+ ntubaneshe; kandi uwugendera mu mwiza ntamenya iyo ariko araja+.