Yesaya 53:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kubera ivyago vyiwe, azobona+, azohaga+. Biciye ku bumenyi bwiwe, umugororotsi, umusavyi wanje+, azozanira abantu benshi impagararo igororotse+; kandi amakosa yabo we ubwiwe azoyikorera+. Yohani 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uwo wese anywa ku mazi nzomuha ntazokwigera anyoterwa na gato+, mugabo amazi nzomuha azocika muri we isôko ry’amazi+ adudubiza ngo atange ubuzima budahera+.” Yohani 6:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntimukorere ibifungurwa bibora+, ahubwo mukorere ibifungurwa bigumaho ku bw’ubuzima budahera+, ivyo Umwana w’umuntu azobaha; kuko kuri uwo ari ho Data, Imana, yashize ikidodo c’ugushimwa+.”
11 Kubera ivyago vyiwe, azobona+, azohaga+. Biciye ku bumenyi bwiwe, umugororotsi, umusavyi wanje+, azozanira abantu benshi impagararo igororotse+; kandi amakosa yabo we ubwiwe azoyikorera+.
14 Uwo wese anywa ku mazi nzomuha ntazokwigera anyoterwa na gato+, mugabo amazi nzomuha azocika muri we isôko ry’amazi+ adudubiza ngo atange ubuzima budahera+.”
27 Ntimukorere ibifungurwa bibora+, ahubwo mukorere ibifungurwa bigumaho ku bw’ubuzima budahera+, ivyo Umwana w’umuntu azobaha; kuko kuri uwo ari ho Data, Imana, yashize ikidodo c’ugushimwa+.”