ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 6:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Uku ni kwo kugomba kw’uwandungitse: ni ukugira ngo sintakaze na kimwe mu vyo yampaye vyose, mugabo ngo nze ndakizure+ ku musi wa nyuma.

  • Yohani 10:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nanje ndaziha ubuzima budahera+, kandi ntizizokwigera zirandurwa+, kandi nta n’umwe azozishikura mu kuboko kwanje+.

  • 1 Yohani 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Turazi yuko umuntu wese yavutse ku Mana+ ataza aracumura, mugabo Umwe+ yavuka ku Mana aramurinda, kandi wa mubisha ntamwifatira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika