Matayo 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ntutujane mu kigeragezo+, mugabo uturokore mu kudukiza wa mubisha+.’ 2 Abatesalonika 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Umukama ni umwizigirwa, kandi azobashikamisha yongere abarinde wa mubisha+. 1 Yohani 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Turazi yuko umuntu wese yavutse ku Mana+ ataza aracumura, mugabo Umwe+ yavuka ku Mana aramurinda, kandi wa mubisha ntamwifatira+.
18 Turazi yuko umuntu wese yavutse ku Mana+ ataza aracumura, mugabo Umwe+ yavuka ku Mana aramurinda, kandi wa mubisha ntamwifatira+.