ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 15:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi nta tandukaniro na ritoyi yagize hagati yacu na bo+, mugabo yatyoroje imitima yabo ukwizera+.

  • Abanyefeso 5:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 kugira ngo aryeze+, aryuhagize amazi biciye kuri rya jambo+,

  • 1 Abatesalonika 5:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ya Mana y’amahoro+ ubwayo ibeze rwose+. Impwemu n’ubuzima n’umubiri vyanyu, bene wacu, bizigamwe ata gahonzi muri vyose kandi ata mugayo, mu gihe c’ukuhaba kw’Umukama wacu Yezu Kristu+.

  • 2 Abatesalonika 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ariko ntitworeka kwama dukengurukira Imana ku bwanyu, yemwe bene wacu bakundwa na Yehova, kubera ko Imana yabarobanuye+ guhera mu ntango ngo muronke ubukiriro mu kubezesha+ impwemu+ no mu kwizera mufise mu kuri+.

  • 1 Petero 1:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ubu ko mwatyoroye+ ubuzima bwanyu biciye ku kugamburukira ukuri, bikavamwo ukwiyumvamwo abavukanyi kutagiramwo ubwiyorobetsi+, mukundane cane bivuye ku mutima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika