Yeremiya 50:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abababonye bose barabarokeje+, kandi abarwanizi babo bavuze+ bati: ‘Ntituzokwagirwa n’icaha+, kuko bacumuye kuri Yehova, we hantu ho kuba h’ubugororotsi+ akaba n’icizigiro ca ba sekuruza babo+, egome, Yehova.’” Abaroma 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 kugira ngo yerekane ubugororotsi+ bwayo bwite muri iki kiringo, ngo ibe iyigororotse mbere n’igihe yita umugororotsi+ umuntu yizera Yezu.
7 Abababonye bose barabarokeje+, kandi abarwanizi babo bavuze+ bati: ‘Ntituzokwagirwa n’icaha+, kuko bacumuye kuri Yehova, we hantu ho kuba h’ubugororotsi+ akaba n’icizigiro ca ba sekuruza babo+, egome, Yehova.’”
26 kugira ngo yerekane ubugororotsi+ bwayo bwite muri iki kiringo, ngo ibe iyigororotse mbere n’igihe yita umugororotsi+ umuntu yizera Yezu.