ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 11:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ibintu vyose narabihawe na Dawe+, kandi nta n’umwe azi neza Umwana atari Data+, eka nta n’uwuzi neza Data atari Umwana be n’uwo wese Umwana agomba kumuhishurira+.

  • Yohani 8:55
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 yamara ntimwamumenye+. Mugabo jewe ndamuzi+. Kandi hamwe novuga ko ntamuzi noba mbaye umunyabinyoma nkamwe. Mugabo ndamuzi koko kandi ndubahiriza ijambo ryiwe+.

  • Yohani 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo ivyo vyose bazobibagirira kubera izina ryanje, kuko batazi uwandungitse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika