Yohani 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nk’uko Data yankunze+ nanje nkaba narabakunze, nimugume mu rukundo rwanje. Abaroma 8:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 canke uburebure bw’igihagararo, canke ubwimbike, canke ikindi caremwe cose, ata kizoshobora kudutandukanya n’urukundo rw’Imana ruri muri Kristu Yezu Umukama wacu+. Abanyefeso 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ngo Kristu acumbike mu mitima yanyu biciye ku kwizera kwanyu, mu rukundo+; ngo mube abashinze imizi+ kandi bahamangiwe ku mushinge+,
39 canke uburebure bw’igihagararo, canke ubwimbike, canke ikindi caremwe cose, ata kizoshobora kudutandukanya n’urukundo rw’Imana ruri muri Kristu Yezu Umukama wacu+.
17 ngo Kristu acumbike mu mitima yanyu biciye ku kwizera kwanyu, mu rukundo+; ngo mube abashinze imizi+ kandi bahamangiwe ku mushinge+,