Matayo 20:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yezu yishura ati: “Mwebwe ntimuzi ico muriko murasaba. Ubwo mwoshobora kunywa igikombe+ ngira nywe?” Bamubwira bati: “Twobishobora.” Matayo 26:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Yongera kugenda ubugira kabiri+ arasenga, avuga ati: “Dawe, nimba bidashoboka ko iki kindengana kiretse ndakinyoye, ukugomba kwawe nikube+.”
22 Yezu yishura ati: “Mwebwe ntimuzi ico muriko murasaba. Ubwo mwoshobora kunywa igikombe+ ngira nywe?” Bamubwira bati: “Twobishobora.”
42 Yongera kugenda ubugira kabiri+ arasenga, avuga ati: “Dawe, nimba bidashoboka ko iki kindengana kiretse ndakinyoye, ukugomba kwawe nikube+.”