Luka 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 na jewe nyene, kubera ko nakurikiranye neza ibintu vyose kuva mu ntango, nafashe ingingo yo kubikwandikira mu rukurikirane rwumvikana+, nyakwubahwa+ Tewofile+,
3 na jewe nyene, kubera ko nakurikiranye neza ibintu vyose kuva mu ntango, nafashe ingingo yo kubikwandikira mu rukurikirane rwumvikana+, nyakwubahwa+ Tewofile+,