Matayo 12:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Vyongeye, nimba nirukana amadayimoni biciye kuri Beyezebuli+, abana banyu bo bayirukana biciye kuri nde? Ni co gituma bazoba abacamanza banyu.
27 Vyongeye, nimba nirukana amadayimoni biciye kuri Beyezebuli+, abana banyu bo bayirukana biciye kuri nde? Ni co gituma bazoba abacamanza banyu.