Ivyakozwe 2:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Emwe, ubwoba butangura gutekera abantu bose, hatangura no kuba ibitangaza n’ibimenyetso vyinshi, biciye ku ntumwa+. Ivyakozwe 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ananiya yumvise ayo majambo aca agwa hasi, aracikana+. Maze ubwoba bwinshi+ butekera abavyumvise bose.
43 Emwe, ubwoba butangura gutekera abantu bose, hatangura no kuba ibitangaza n’ibimenyetso vyinshi, biciye ku ntumwa+.
5 Ananiya yumvise ayo majambo aca agwa hasi, aracikana+. Maze ubwoba bwinshi+ butekera abavyumvise bose.