2 Abatesalonika 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kugira ngo izina ry’Umukama wacu Yezu rininahazwe muri mwebwe+, namwe mwunge ubumwe+ na we, nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana yacu be n’ubw’Umukama Yezu Kristu buri.
12 kugira ngo izina ry’Umukama wacu Yezu rininahazwe muri mwebwe+, namwe mwunge ubumwe+ na we, nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana yacu be n’ubw’Umukama Yezu Kristu buri.