Ivyakozwe 21:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mugabo bamwe muri nya sinzi batangura gusemerera bavuga ikintu kimwe, abandi ikindi+. Nuko rero, abonye ata kintu gitomoye amenye kubera uruhagarara, ategeka ko bamujana ku cicaro c’abasoda+.
34 Mugabo bamwe muri nya sinzi batangura gusemerera bavuga ikintu kimwe, abandi ikindi+. Nuko rero, abonye ata kintu gitomoye amenye kubera uruhagarara, ategeka ko bamujana ku cicaro c’abasoda+.