ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yoweli 2:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Kandi inyuma y’ivyo, uku ni ko bitegerezwa kuba: nzosuka impwemu yanje+ ku bari n’umubiri b’ubwoko bwose+, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu+ bazovuga koko ubuhanuzi. Abatama banyu bazorota indoto. N’abasore banyu bazobona ivyo beretswe.

  • Ivyakozwe 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 ngo: ‘“Kandi mu misi ya nyuma,” ni ko Imana ivuga, “nzosuka igice c’impwemu yanje+ ku bari n’umubiri b’ubwoko bwose, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovuga ubuhanuzi, n’abasore banyu bazobona ivyo beretswe, n’abatama banyu bazorota indoto+;

  • 1 Abakorinto 11:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 mugabo umugore wese asenga canke avuga ubuhanuzi+ umutwe udatwikiriye aba amaramaje umutwe wiwe+, kuko ari cokimwe n’uko yoba ari umugore amoye umutwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika