ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abagalatiya 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 kandi naguma ntera imbere mw’idini ry’Abayuda kurusha benshi mu runganwe rwanje no mu bwoko bwanje+, kuko narusha abandi kure n’iyo kugirira umwete+ imigenzo+ ya ba dawe.

  • Abafilipi 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 ku bijanye n’umwete, narahama ishengero+; ku bijanye n’ubugororotsi buboneka biciye kw’itegeko, ndi uwabonetse ko atagirako umugayo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika