Daniyeli 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi jewe Daniyeli nabonye ukwo kubonekerwa ndi jenyene; mugabo abantu twari kumwe bobo ntibabonye ukwo kubonekerwa+. Ariko barafashwe n’ukujugumira gukomeye, bituma biruka, barinyegeza.
7 Kandi jewe Daniyeli nabonye ukwo kubonekerwa ndi jenyene; mugabo abantu twari kumwe bobo ntibabonye ukwo kubonekerwa+. Ariko barafashwe n’ukujugumira gukomeye, bituma biruka, barinyegeza.