Ivyakozwe 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Ananiya aragenda, yinjira muri nya nzu, amurambikako ibiganza, hanyuma avuga ati: “Sauli, mwene wacu, Umukama, umwe Yezu yakubonekera kuri ya nzira wariko urazanana, yantumye, kugira ngo uhumuke wongere wuzuzwe impwemu nyeranda+.”
17 Nuko Ananiya aragenda, yinjira muri nya nzu, amurambikako ibiganza, hanyuma avuga ati: “Sauli, mwene wacu, Umukama, umwe Yezu yakubonekera kuri ya nzira wariko urazanana, yantumye, kugira ngo uhumuke wongere wuzuzwe impwemu nyeranda+.”