Ivyakozwe 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo Umukama amubwira ati: “Genda, kubera ko uwo muntu ari icombo nitoreye+ ngo ashingire intahe izina ryanje ku mahanga+ no ku bami+ no kuri bene Isirayeli. Abagalatiya 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo Imana, imwe yantandukanya n’inda ya mama ikongera ikampamagara+ biciye ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, igihe yiyumvira ko ari vyiza
15 Mugabo Umukama amubwira ati: “Genda, kubera ko uwo muntu ari icombo nitoreye+ ngo ashingire intahe izina ryanje ku mahanga+ no ku bami+ no kuri bene Isirayeli.
15 Mugabo Imana, imwe yantandukanya n’inda ya mama ikongera ikampamagara+ biciye ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, igihe yiyumvira ko ari vyiza