Ivyakozwe 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo tweho, ntidushobora kureka kuvuga ivyo twabonye kandi twumvise+.” Ivyakozwe 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ijoro rikurikira, Umukama ahagarara iruhande yiwe+, avuga ati: “Gira umutima rugabo+! Kuko nk’uko umaze igihe ushinga intahe inogangije+ ku binyerekeye i Yeruzalemu, ni na ko utegerezwa gushinga intahe i Roma+.” Ivyakozwe 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yamara rero, haguruka uhagarare ku birenge vyawe+. Kuko iki ari co nkwiyerekeye, kugira ngo ndagutore ube umusuku n’icabona+ c’ivyo wabonye n’ivyo nzokwereka ku binyerekeye;
11 Mugabo ijoro rikurikira, Umukama ahagarara iruhande yiwe+, avuga ati: “Gira umutima rugabo+! Kuko nk’uko umaze igihe ushinga intahe inogangije+ ku binyerekeye i Yeruzalemu, ni na ko utegerezwa gushinga intahe i Roma+.”
16 Yamara rero, haguruka uhagarare ku birenge vyawe+. Kuko iki ari co nkwiyerekeye, kugira ngo ndagutore ube umusuku n’icabona+ c’ivyo wabonye n’ivyo nzokwereka ku binyerekeye;