Ivyakozwe 7:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Nuko bamaze kumuta inyuma y’igisagara+, batangura kumutera amabuye+. Ivyabona+ na vyo bishira hasi impuzu zavyo zo hejuru imbere y’ibirenge vy’umusore yitwa Sauli+.
58 Nuko bamaze kumuta inyuma y’igisagara+, batangura kumutera amabuye+. Ivyabona+ na vyo bishira hasi impuzu zavyo zo hejuru imbere y’ibirenge vy’umusore yitwa Sauli+.