Ivyakozwe 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Sauli, yari ashigikiye iyicwa ryiwe+. Kuri uwo musi havyuka uruhamo rukomeye+ kw’ishengero ryari i Yeruzalemu; bose kiretse intumwa barasanzara+ mu ntara za Yudaya na Samariya. 1 Timoteyo 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ijambo+ ry’uko Kristu Yezu yaje mw’isi gukiza abacumuzi+ ni iryo kwizigirwa kandi rikwiye kwemerwa rwose. Muri abo jewe ndi agahebuza+.
8 Nayo Sauli, yari ashigikiye iyicwa ryiwe+. Kuri uwo musi havyuka uruhamo rukomeye+ kw’ishengero ryari i Yeruzalemu; bose kiretse intumwa barasanzara+ mu ntara za Yudaya na Samariya.
15 Ijambo+ ry’uko Kristu Yezu yaje mw’isi gukiza abacumuzi+ ni iryo kwizigirwa kandi rikwiye kwemerwa rwose. Muri abo jewe ndi agahebuza+.