ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo Umukama amubwira ati: “Genda, kubera ko uwo muntu ari icombo nitoreye+ ngo ashingire intahe izina ryanje ku mahanga+ no ku bami+ no kuri bene Isirayeli.

  • Ivyakozwe 13:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Igihe bariko barakorera+ Yehova ku mugaragaro bongera bisonzesha, impwemu nyeranda ivuga iti: “Mu bantu bose nimunshirire ku ruhande Barunaba na Sauli+ ku bw’igikorwa nabahamagariye.”

  • Abaroma 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 biciye kuri we tukaba twararonse ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ibanga ry’ukuba intumwa+ kugira ngo mu mahanga yose+ habe ukugamburuka kuvuye ku kwizera ku bijanye n’izina ryiwe,

  • Abaroma 11:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ubu na ho ndabwira mwebwe abanyamahanga. Kubera ko mu vy’ukuri ndi intumwa+ ku mahanga+, ndaninahaza+ ubusuku bwanje+,

  • Abagalatiya 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ahubwo riho, aho baboneye yuko nari najejwe+ inkuru nziza ku bw’abatagenyerewe+, nk’uko Petero yari yayijejwe ku bw’abagenyerewe+—

  • 1 Timoteyo 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ku bw’iyo ntahe+ ni ho nagenywe kuba umwamamaji n’intumwa+—ndiko mvuga ukuri+, sindiko ndabesha—umwigisha w’amahanga+ mu bijanye n’ukwizera+ be n’ukuri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika