Ivyakozwe 16:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mugabo Paulo ababwira ati: “Badutonaguye ku mugaragaro ata rubanza rudutsinze, twebwe abantu b’Abaroma+, baduta mw’ibohero; none ubu badute hanze mu mpisho? Oya, habe na gatoyi! Ahubwo nibaze abe ari bo badusohora.”
37 Mugabo Paulo ababwira ati: “Badutonaguye ku mugaragaro ata rubanza rudutsinze, twebwe abantu b’Abaroma+, baduta mw’ibohero; none ubu badute hanze mu mpisho? Oya, habe na gatoyi! Ahubwo nibaze abe ari bo badusohora.”