Matayo 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mwiyubare abantu+; kuko bazobashengeza mu masentare+, kandi babashishagurire+ mu masinagogi yabo+. Luka 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Mugabo imbere y’uko ivyo vyose biba, bazobashorerako amaboko, babahame+, babatange ku masinagogi no ku mabohero, babakwege babatwara imbere y’abami na ba buramatari ku bw’izina ryanje+.
17 Mwiyubare abantu+; kuko bazobashengeza mu masentare+, kandi babashishagurire+ mu masinagogi yabo+.
12 “Mugabo imbere y’uko ivyo vyose biba, bazobashorerako amaboko, babahame+, babatange ku masinagogi no ku mabohero, babakwege babatwara imbere y’abami na ba buramatari ku bw’izina ryanje+.