Ivyakozwe 21:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 na we aca afata abasoda n’intwazangabo, yirukanga amanuka iyo bari+. Ngo babone nya mukomanda wa gisirikare+ na nya basoda, baca bareka gukubita Paulo.
32 na we aca afata abasoda n’intwazangabo, yirukanga amanuka iyo bari+. Ngo babone nya mukomanda wa gisirikare+ na nya basoda, baca bareka gukubita Paulo.