Ivyakozwe 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 wa mukomanda wa gisirikare ategeka ko yinjizwa ahari icicaro c’abasoda, avuga kandi yuko akwiye gusambishwa hariko n’ugushishagurwa, kugira ngo amenye neza igituma bariko basemerera+ bamwiyamiriza muri ubwo buryo.
24 wa mukomanda wa gisirikare ategeka ko yinjizwa ahari icicaro c’abasoda, avuga kandi yuko akwiye gusambishwa hariko n’ugushishagurwa, kugira ngo amenye neza igituma bariko basemerera+ bamwiyamiriza muri ubwo buryo.