Ivyakozwe 23:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Avuga ati: “Abayuda bumvikanye kugusaba kumanukana Paulo mu Nama Nkuru ejo nk’aho boba bashaka kumenya neza ivyiwe+.
20 Avuga ati: “Abayuda bumvikanye kugusaba kumanukana Paulo mu Nama Nkuru ejo nk’aho boba bashaka kumenya neza ivyiwe+.