Ivyakozwe 23:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko rero, umuhungu wa mushiki wa Paulo yumva ivy’uwo mutego wabo+, aca araza, yinjira ahari icicaro c’abasoda, abimenyesha Paulo.
16 Ariko rero, umuhungu wa mushiki wa Paulo yumva ivy’uwo mutego wabo+, aca araza, yinjira ahari icicaro c’abasoda, abimenyesha Paulo.