Ivyakozwe 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo hahaguruka abantu bamwe bo mw’isinagogi yitwa Isinagogi y’Imbohorwe, n’abo mu Banyasireni no mu Banyalegizandiriya+ no mu b’i Silisiya+ no muri Aziya, ngo baharire na Sitefano; Ivyakozwe 21:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Maze Paulo avuga ati: “Mu vy’ukuri ndi Umuyuda+ w’i Taruso+ muri Silisiya, umunyagihugu wo mu gisagara kitayoberanye. Ndakwinginze rero, unkundire ngire ico mbwira aba bantu.”
9 Mugabo hahaguruka abantu bamwe bo mw’isinagogi yitwa Isinagogi y’Imbohorwe, n’abo mu Banyasireni no mu Banyalegizandiriya+ no mu b’i Silisiya+ no muri Aziya, ngo baharire na Sitefano;
39 Maze Paulo avuga ati: “Mu vy’ukuri ndi Umuyuda+ w’i Taruso+ muri Silisiya, umunyagihugu wo mu gisagara kitayoberanye. Ndakwinginze rero, unkundire ngire ico mbwira aba bantu.”