Ivyakozwe 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 hanyuma abakuru b’abaherezi n’abantu bakurubakuru bo mu Bayuda barega+ Paulo kuri we. Nuko batangura kumwinginga, Ivyakozwe 25:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kandi igihe nari i Yeruzalemu abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bo mu Bayuda baramureze+, basaba yuko yokubitwa intahe mu gahanga.
2 hanyuma abakuru b’abaherezi n’abantu bakurubakuru bo mu Bayuda barega+ Paulo kuri we. Nuko batangura kumwinginga,
15 kandi igihe nari i Yeruzalemu abakuru b’abaherezi n’abagabo b’inararibonye bo mu Bayuda baramureze+, basaba yuko yokubitwa intahe mu gahanga.