Matayo 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibintu bibi vy’ubwoko bwose babampora. Ivyakozwe 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 hanyuma babajana ku bacamanza baraba ivy’abanyagihugu, bavuga bati: “Aba bantu bariko baradurumbanya+ cane igisagara cacu, kandi ari Abayuda, Ivyakozwe 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bababuze, baburuta Yasoni n’abavukanyi bamwe, babajana ku batware b’igisagara, basemerera bati: “Ba bantu batembagaje+ isi bari n’ino,
11 “Muzoba muhiriwe nibabatuka+, bakabahama+ kandi bakababeshera ibintu bibi vy’ubwoko bwose babampora.
20 hanyuma babajana ku bacamanza baraba ivy’abanyagihugu, bavuga bati: “Aba bantu bariko baradurumbanya+ cane igisagara cacu, kandi ari Abayuda,
6 Bababuze, baburuta Yasoni n’abavukanyi bamwe, babajana ku batware b’igisagara, basemerera bati: “Ba bantu batembagaje+ isi bari n’ino,