Luka 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 uzoba uhiriwe, kuko batagira ikintu na kimwe co kukwishura. Kuko uzokwishurwa mw’izuka+ ry’abagororotsi.” Abaheburayo 11:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta.
14 uzoba uhiriwe, kuko batagira ikintu na kimwe co kukwishura. Kuko uzokwishurwa mw’izuka+ ry’abagororotsi.”
35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta.