Ivyakozwe 25:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Fesito ashaka kwitonesha+ ku Bayuda, aca yishura Paulo ati: “Woba ushaka kuduga i Yeruzalemu ukaba ari ho ucirirwa urubanza imbere yanje kuri ivyo bintu+?”
9 Fesito ashaka kwitonesha+ ku Bayuda, aca yishura Paulo ati: “Woba ushaka kuduga i Yeruzalemu ukaba ari ho ucirirwa urubanza imbere yanje kuri ivyo bintu+?”