Ivyakozwe 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Buno baguma bamwumviriza gushika kuri iryo jambo, hanyuma bashira amajwi hejuru, bavuga bati: “Kura umuntu mwene uyo kw’isi, kuko atari akwiriye kubaho+!”
22 Buno baguma bamwumviriza gushika kuri iryo jambo, hanyuma bashira amajwi hejuru, bavuga bati: “Kura umuntu mwene uyo kw’isi, kuko atari akwiriye kubaho+!”