5 nk’uko umuherezi mukuru n’ikoraniro ryose ry’abagabo b’inararibonye+ bashobora kunshingira intahe. Narakuye kandi kuri bo amakete+ yo kujana kuri bene wacu i Damasiko, kandi nari ku nzira ngiye gutora n’abariyo ngo ndabazane i Yeruzalemu baboshe kugira ngo bahanwe.