Ivyakozwe 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Buno ariko aragenda, yegereza i Damasiko, umuco uvuye mw’ijuru urabiriza giturumbuka hirya no hino yiwe+, Ivyakozwe 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Mugabo ndi ku rugendo nkegereza i Damasiko, nko ku mutaga, bukwi na bukwi umuco mwinshi uvuye mw’ijuru undabiriza irya n’ino+,
3 Buno ariko aragenda, yegereza i Damasiko, umuco uvuye mw’ijuru urabiriza giturumbuka hirya no hino yiwe+,
6 “Mugabo ndi ku rugendo nkegereza i Damasiko, nko ku mutaga, bukwi na bukwi umuco mwinshi uvuye mw’ijuru undabiriza irya n’ino+,