Ivyakozwe 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 agwa hasi maze yumva ijwi rimubwira riti: “Sauli, Sauli, umpamira iki+?” Ivyakozwe 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 nca ngwa hasi, numva ijwi rimbwira riti: ‘Sauli, Sauli, umpamira iki+?’