ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 60:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko, ehe umwiza+ uzopfuka isi, umuzimagiza w’umuzitanya na wo upfuke imiryango y’amahanga; mugabo wewe Yehova azokurasirako umuco, kandi ubuninahazwa bwiwe buzokubonekako+.

  • Yohani 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Yezu rero yongera kubabwira ati: “Ndi umuco+ w’isi. Uwunkurikira ntazogenda agendeye mu mwiza+, mugabo azogira umuco w’ubuzima.”

  • 2 Abakorinto 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko Imana ari yo yavuze iti: “Umuco nukayangane uvuye mu mwiza+,” kandi yakayanganiye imitima yacu ngo iyiboneshereze+ n’ubumenyi buninahaye+ bw’Imana imbere ya Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika