Ivyakozwe 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo Sauli yaguma arushiriza kuronka ububasha, vyongeye akamaramaza Abayuda baba i Damasiko mu kwemeza mu buryo bwumvikana yuko uyo ari Kristu+.
22 Mugabo Sauli yaguma arushiriza kuronka ububasha, vyongeye akamaramaza Abayuda baba i Damasiko mu kwemeza mu buryo bwumvikana yuko uyo ari Kristu+.