Ivyakozwe 21:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Igihe bariko barondera kumwica, amakuru ashikira umukomanda w’inteko yuko Yeruzalemu yose iri mu muvurungano+;
31 Igihe bariko barondera kumwica, amakuru ashikira umukomanda w’inteko yuko Yeruzalemu yose iri mu muvurungano+;