Guharura 23:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Imana si umuntu ngo ibeshe+,Canke umwana w’abantu ngo yicuze+.Mbega ico ubwayo ivuze, ntigikora?Mbega iryo ivumereye, ntirishitsa+? Abaroma 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 akaba kandi yari yarajijutse rwose yuko ivyo yari yarasezeranye yari ishoboye no kubikora+. Tito 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 hishimikijwe icizigiro c’ubuzima budahera+, ubwo Imana idashobora kubesha+ yasezeranye imbere y’ibihe vya kera cane+,
19 Imana si umuntu ngo ibeshe+,Canke umwana w’abantu ngo yicuze+.Mbega ico ubwayo ivuze, ntigikora?Mbega iryo ivumereye, ntirishitsa+?
2 hishimikijwe icizigiro c’ubuzima budahera+, ubwo Imana idashobora kubesha+ yasezeranye imbere y’ibihe vya kera cane+,