Ivyakozwe 17:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko rero, nk’uko Paulo yari asanzwe abigira+, yinjira aho bari, amara amasabato atatu azirikana hamwe na bo afatiye ku Vyanditswe+, Ivyakozwe 26:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ariko kubera yuko naronse imfashanyo+ iva ku Mana ndabandanya kugeza uno musi gushinga intahe ku bato no ku bahambaye, mugabo ata kindi mvuga atari ivyo Abahanuzi+ be na Musa+ bavuze ko vyari bigiye kuba,
2 Nuko rero, nk’uko Paulo yari asanzwe abigira+, yinjira aho bari, amara amasabato atatu azirikana hamwe na bo afatiye ku Vyanditswe+,
22 Ariko kubera yuko naronse imfashanyo+ iva ku Mana ndabandanya kugeza uno musi gushinga intahe ku bato no ku bahambaye, mugabo ata kindi mvuga atari ivyo Abahanuzi+ be na Musa+ bavuze ko vyari bigiye kuba,