Ivyakozwe 5:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Uyo Imana yaramushize hejuru iburyo bwayo+ aba Imboneza+ n’Umukiza+, kugira ngo Isirayeli ihabwe ukwigaya+ n’ukubabarirwa ibicumuro+. Abaheburayo 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko vyari bibereye kuri wa wundi ibintu vyose biriho ku bwiwe+ kandi ibintu vyose bikaba biriho biciye kuri we, mu kuzana abana benshi ku buninahazwa+, yuko atunganya ya Mboneza+ y’ubukiriro bwabo biciye ku mibabaro+.
31 Uyo Imana yaramushize hejuru iburyo bwayo+ aba Imboneza+ n’Umukiza+, kugira ngo Isirayeli ihabwe ukwigaya+ n’ukubabarirwa ibicumuro+.
10 Kuko vyari bibereye kuri wa wundi ibintu vyose biriho ku bwiwe+ kandi ibintu vyose bikaba biriho biciye kuri we, mu kuzana abana benshi ku buninahazwa+, yuko atunganya ya Mboneza+ y’ubukiriro bwabo biciye ku mibabaro+.