Itanguriro 22:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi biciye ku ruvyaro rwawe+ amahanga yose yo kw’isi azokwihesha koko umuhezagiro kubera yuko wumvirije ijwi ryanje+.’” Abagalatiya 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Icanditswe rero, kubera cabonye hakiri kare yuko Imana yokwise abanyamahanga abagororotsi bivuye ku kwizera, camenyesheje Aburahamu inkuru nziza imbere y’igihe, ari yo y’iyi: “Biciye kuri wewe amahanga yose azohezagirwa+.”
18 Kandi biciye ku ruvyaro rwawe+ amahanga yose yo kw’isi azokwihesha koko umuhezagiro kubera yuko wumvirije ijwi ryanje+.’”
8 Icanditswe rero, kubera cabonye hakiri kare yuko Imana yokwise abanyamahanga abagororotsi bivuye ku kwizera, camenyesheje Aburahamu inkuru nziza imbere y’igihe, ari yo y’iyi: “Biciye kuri wewe amahanga yose azohezagirwa+.”