ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abanyefeso 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Uwo nyene yamanutse ni we kandi yaduze+ kure hejuru y’amajuru yose+, kugira ashobore guha ukunengesera+ ibintu vyose.

  • 1 Timoteyo 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Egome, ibanga ryeranda+ ry’ukwo kwihebera Imana nta wobura kwemera ko rikomeye: ‘Yerekanywe mu mubiri+, yitwa umugororotsi mu mpwemu+, abonekera abamarayika+, yamamazwa mu mahanga+, yemerwa mw’isi+, yakirwa mw’ijuru mu buninahazwa+.’

  • 1 Petero 3:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Uyo ari iburyo bw’Imana+, kuko yigiriye mw’ijuru; kandi abamarayika+ n’ubukuru n’ububasha yarabihawe ngo abiganze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika