Itanguriro 42:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi Yozefu ni we yaganza igihugu+. Ni we yagurisha intete ku bantu bose bo kw’isi+. Bene wabo na Yozefu baraza, maze baramwunamira, mu maso habo hakora hasi+.
6 Kandi Yozefu ni we yaganza igihugu+. Ni we yagurisha intete ku bantu bose bo kw’isi+. Bene wabo na Yozefu baraza, maze baramwunamira, mu maso habo hakora hasi+.