ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 25:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Emwe, iki gihugu cose kizocika ahantu hatikijwe, akajoreza, kandi ayo mahanga azobwirizwa gukorera umwami wa Babiloni imyaka mirongo irindwi+.”’

  • Yeremiya 29:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Imyaka mirongo irindwi niyarangira muri i Babiloni, nzobitaho+, kandi nzoshitsa kuri mwebwe ijambo ryanje ryiza mu kubagarukana aha hantu+.’

  • Amosi 5:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nzotuma muja mu bunyagano hakurya ya Damasiko+,’ ni ko umwe yitwa Yehova Imana nyen’ingabo avuze+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika